Landry Gateka akumbuye uwahoze ari umukunzi wiwe

0

Mu rukundo iyo ukunze,ugakundwa wibera mu munezero ntangere ariko iyo ukunze hama mu nyuma ukankana nuwo mwakundanye bitera intuntu n’agahinda bigatuma umwanya wose wama wiyumvira uwo wari warakunze hama akaguhemukira mu nyuma
Landry Gateka muri ino minsi yoba ameze nk’umwana abuze nyina kubera kubura uwo yahora akunda hama akaza kumuhemukira mu nyuma
landry gateka
Abicishije ku rubuga rwiwe rwa facebook,Landry Gateka akaba yanditse amajambo ababaje,ayandikira uwo bahoze bakundana,Landry akaba yanditse ati:Turi 2h45′ Haheze Amasaha Arenga Ane Ngerageza Gusinzira Vyanka.Ni Wewe Umbujije Amahoro Ariko Warigeze Kunkenera And Now Sintora Nagatiro Kubwawe Hama Ngo Uri….K8hora Ni Bibi Ariko Nta Yindi Choix Come Nawe Atayo Wampaye Utegerez.Bibwigwa Benshi Bikumva Benevyo Ufise Only This Month.

Mbega ayo majambo yoba yariko ayabwira nde?yoba ariko ayabwira alice keza ko tuzi kwari bahoze bakundana canke n’uwundi?