LADY GRACE arabeshuza ivyanditswe n’ikinyamakuru Kumwanya buja flaver ko asohokana na AKESS.

0

Mugisha Grace azwi kw’izina rya LADY GRACE arabeshuza ibiheruka kwandikwa n’ikinyamakuru kumwanya buja flaver aho giheruka kwandika ko ubu LADY GRACE yoba asigaye ari mu rukundo n’umuririmvyi AKESS Professor.
lady

Mu kiganiro uyo muririmvyikazi yahaye ikinyamakuru canyu ubmnews.com akaba yabeshuje iyo nkuru,Lady Grace akaba yavuze ko ivyo atarivyo anatumenyesha ko umunsi azoja mu rukundo azobitumenyesha.
lady grace
Twobamenyesha ko uyo muririvyikazi yigeze kuba ari mu rukundo n’umuhinyanyuzi LYZZER Classic banafitaniye n’umwana.