Nyuma y’amezi 3 atabarizwa mu gihugu ,ASHLEY DIVA yagarutse mu Burundi.

0

Ashley girukwishaka abenshi bazi kwizina rya ASHLEY DIVA yagarutse mu gihugu ciwe c’amavukiro nyuma y’amezi agera kuri 3 atabarizwa mu gihugu c’uburundi aho yaramaze iminsi ari mu gihugu ca Kenya.
ashley diva
Ashley Diva akaba yarahaye ikiganiro umumenyeshamakuru w’ikinyamakuru ubmnews.com aho yamumenyesheje ko aryohewe cane kubona agarutse mu gihugu ciwe kuko ngo yarahakumbuye cane.
ashley diva2
ASHLEY DIVA akaba asanzwe aba muri commune ya Nyakabiga.