Ashley Diva yarangije neza umwaka mu giteramo mu Gatumba

0

Umuririmvyi w’umurundikazi Ashley Diva yarabiciye biracika mu gatumba kw’igenekerezo rya 31/12/2015 aho yari mu giteramo co gusozera umwaka wa 2015
ashley1

Ashley Diva agashimira intsinzi ry’abantu bari bitabiriye ico giteramo co kurangiza umwaka,igiteramo yarikumwe n’abandi baririmvyi nka:T-max,black G na Generencha Bidondo
Aya anmwe mu mafoto ya Ashley Diva ari muri ico giteramo
ASHLEY2 ashley3 ashley4