Kolly The Magic agiye gusohora indirimbo nshasha

0

Umuririmvyi akongera akaba umuhinyanyuzi kolly the magic agiye gusohora iyindi ndirimbo nshasha,indirimbo izoba ije ikurikira iyindi yaraherutse gusohora yitwa ”Ndagutegereje” nkuko yashoboye kubimenyesha ikinyamakuru canyu ubmnews
kolly
Kolly The Magic akaba yavuze ati:nyuma y’indirimbo ndagutegereje mperuka gusohora ubun ngiye gusohora iyindi ndirimbo iryoshe cane,indirimbo nibaza ko izokundwa cane gusumba izindi ndirimbo zose narimaze gushira ahabona

Ku batazi kolly the magica raba imwe mu ndirimbo yiwe hano: