Kollly mu myiteguro yo gusohora iyindi ndirimbo

0

Umuririmvyi akongera akaba umuhinyanyuzi ariwe Kolly The Magic aramenyesha ko agiye kurekura iyindi ndirimbo yiwe
kolly

Abicishije mu kiganiro hit connexion ca Mugenzi wacu Patrick Pajio Niyonkuru ,kolly the Magic akaba yamenyesheje ko agiye gusohora indirimbo ,akazoca ayisohora muri uku kwezi kwa gatanu tugiye kwinjiramwo kandi yizeye ko iyo ndirimbo azosohora ko izokundwa cane nkuko izindi ndirimbo ziwe zakunzwe

Ku batamuzi Kolly twobamenyesha ko yakoze indirimbo nyinshi harikwo ”Biranduhura”,”hafi yanje” n’izindi