UBM News ads
Sunday, October 1, 2023
No menu items!
UBM News ads

Kenya: Igipolisi kimenyesha ko cafashe amaterefone menshi yari yibwe maze agire arungikwe mu Burundi.

UBM News ads

Igipolisi ca Kenya gikorera mu gisagara ca Nairobi kimenyesha ko cafashe umuzigo munini warutekewemwo indani amaterefone menshi yari yibwe maze agire arungikwe mu gihugu c’uburundi.

Ico gipolisi gikorera mu kirindiro cahitwa ‘Industrial area’ kikavuga ko batanu muri abo bagire barungike ayo materefone mu Burundi, ari abarundi baba mw’ico gihugu ca kenya ko kandi bahagaritswe bagire bace bajanwa mu butungane bahanwe ku caha c’ubusuma.

Nkuko tubikesha imboneshakure yo mu gihugu ca kenya LOOK UP TV, Igipolisi co mw’ako karere kimenyesha ko umuntu wese yoba azi ko yibwe terefone yiwe kuza kuraba ko yoba iri mw’izo zafashwe.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments