Kenya: 15 bishwe mu gitero ca Al-Shabbab.

5

Igitero cakozwe n’umugwi w’intagondwa za Al Shabbab mu gihugu ca Kenya, cahitanye abantu 15 mu gisagara ca Nairobi ku murwa mukuru wa Kenya.

Uwo murwi wa Al-Shabbab ukaba uza wamaze kwemanga ko ariwo wakoze ico gitero. Mu bapfuye muri ico gitero hakaba harimwo umunya Amerika umwe n’umwongereza umwe.

Departema ya leta ya Amerika ikaba yemeje ayo makuru y’umuntu umwe wa Amerika yahitanywe nico gitero.

Ubumwe bwa Afrika burongowe na Mussa Faki Mahamat bukaba bwateye ivyatsi ico gitero ca ba gaterabwoba, bakaba busaba abanya Kenya ‘gufatana mu mugongo muri ibi bihe bigoye’.

Mw’itanagazo ryashizwe ahabona na Uhuru kenyatta, umukuru wa Kenya, amenyesha ko abakoze ico gitero bose ‘baherengetejwe’ kandi ko hari ituze.

Uhuru kenyatta akaba amenyehsha ko agiye kwihora bikomeye ku bw’ico gitero.

Igihugu ca Kenya kikaba gikunze kwibasirwa n’ibitero vya ba gaterabwoba ba Al Shabbab bavuga ko bariko bihora Kenya kubera ifise abasirikare mu gihugu ca Somalia batuza uyo murwi.

5 COMMENTS

  1. I simply want to tell you that I’m very new to blogs and actually loved your blog site. Almost certainly I’m want to bookmark your blog post . You definitely come with terrific articles. Kudos for sharing with us your website page.

  2. Hemos creado este proyecto emprendedor siendo conscientes de las necesidades actuales en el sector, y comprendemos que la respuesta a estas necesidades no debe ser unitaria y unidireccional, sino que debe responder de forma que vincule los distintos elementos factores que definen el concepto de la fabricación.

  3. I simply want to say I am just beginner to blogging and definitely savored this web-site. Probably I’m want to bookmark your blog . You certainly have incredible writings. Thanks a lot for sharing with us your blog.

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here