22.2 C
Bujumbura
Saturday, May 30, 2020
Tags International news

Tag: international news

Koreya ya Ruguru yagerageje ‘igisasu gikomeye’.

Igihugu ca Koreya ya Ruguru casubiye ingendo yaco yo kugerageza umugambi waco wo kugerageza ibigwanisho ruhonyanganda inyuma y'aho umkuruu w'ico gihugu ca Koreya ya...

Igihugu c’Urwanda caraye kirungitse ikigendajuru mu kirere

Ico kigendajuru citiriwe Icyerekezo kikazofasha mu vyerekeye gutumatumanako amakuru nkuko bivurwa n’ubushikiranganji bwo gutumatumanako amakuru mu gihugu c’Urwanda na cane cane mu mashure aho...

Kenya: 15 bishwe mu gitero ca Al-Shabbab.

Igitero cakozwe n'umugwi w'intagondwa za Al Shabbab mu gihugu ca Kenya, cahitanye abantu 15 mu gisagara ca Nairobi ku murwa mukuru wa...

Fredric Bamvuginyumvira yavuye muri CNARED

Abanywanyi b'Urunani CNARED babandanya bamenyesha ko bariko bava muri urwo runani rw'abatavuga rumwe na Leta, rufise icicaro gikuru mu Bubiligi.None urwo runani...

Zimbabwe:Emmerson Mnangagwa wa ZANU-PF yatsinze amatora, Mugabe n’abatavuga rumwe banse ivyavuye mu matora.

Mu matora yabaye ku musi wa mbere mu gihugu ca Zimbabwe, yabaye yo matora abaye muri ico gihugu hatarimwo Robert Mugabe yari amaze imyaka...

Donald Trump Aragabisha Iran ‘Kudasubira gutera Ubwoba Amerika’.

Inyuma y'aho hatanguriye kwaduka icuka kibi hagati ya Amerika na Iran, ubu hoho biragarara ko ivyo bihugu bibiri biriko bikora intamabra yo guterana amajambo...

Umubonanpo wa Trump na Kim watanguye. Isi yose iriko ivyihweza.

Umubonano usa n'uwari witewzwe n'isi yose ni uwuba hagati y'abategetsi babiri bahora babonana nk'imbwa n'akagomba ariko uyu musi wa kabiri 12 Ruheshi 2018 bakaba...

Most Read

Denise Nkurunziza yoba yajanwe muri Kenya kuvurwa Coronavirus

Umutambukanyi w'umukuru w'igihugu c'Uburundi akaba akandi yiteguriye gusohoka ku butegetsi, ariwe Denise Bucumi Nkurunziza, yajanwe mu gihugu ca Kenya inyuma yo kwandura umugera wa...

Rwasa avuga ko azokwitura Sentare ya EAC vyanse mu Burundi

Umushingamateka akongera akaba umukuru w'umugambwe CNL, Agathon Rwasa, avuga ko azokwitura Sentare ya Afrika y'Ubuseruko, EAC, mu gihe Sentare yuhabihiriza ibwirizwa shingiro itokwumva ivyo...

Abaserukira ibihugu vyabo m’Uburundi basaba abanyepolitique  gushira imbere umwumvikano

Mw’itangazo ibihugu birenga 17 bifise ubuserukizi m’Uburundi vyarasohoye itangazo kur’uyu wagatatu inyuma yaho umurwi CENI utangarije ivyavuye mu matora y’umukuru w’igihugu, abashingamateka n’abajenama ba...

Abasenyeri bariyamiriza akarenganyo karanze amatora yo ku wa 20 Rusama 2020

Umugwi w'abasenyeri bo mu Burundi, CECAB, bariyamiriza akarenganyo karanze amatora yo ku wa 20 Rusama 2020. CECAB ikabona ko naho amatora muri rusangi yabaye...