Amasanamu y’indirimbo Fantastic ya Masterland na Samanta abandanya yerekanwa ku mboneshakure mpuzamakungu

0

Amasanamu y’indirimbo Fantastic ya masterland n’umuririmvyikazi Samanta abandanya yerekanwa ku mboneshakure mpuzamakungu
eatv
Nkuko amakuru dukesha nyene iyo ndirimbo ariwe masterland avugako ayo masanamu y’indirimbo fantastic yerekanwe ku mboneshakure ‎EastafricaTV‬
uwo kenera kuraba ayo masanamu yoyaraba hano ku kinyamakuru cacu ubmnews