Kaddy Gey yashize hanze indirimbo yise Tas Bem

0

Umuririmvyi w’umurundi ariko asanzwe akorera akazi kiwe mu makungu ariwe Kaddy Gey yashize ahabona indirimbo yiwe iryoshe cane,indirimbo yise ”Tas Bem”


Nkuko rero amakuru ikinyamakuru cacu ubmnews dukesha umwe mu basanzwe bakurikiranira hafi ibikorwa vya Kaddy Gey avugako uyo muririmvyi w’umurundi ariko arakora cane kugira ashobore kumenyekana cane hano mu gihugu cacu,kugira kandi ashobore guserukira neza igihugu c’uburundi mu muziki aho asanzwe aba muri kino gihe

Tworangiza tubamenyesha ko kuwipfuza indirimbo nshasha ya Kaddy Gey yise Tas Bem ku munsi w’ejo tukazoyishira ku kinyamkuru cacu ubmnews