K.O.D ugiye gukorana n’umugwi w’abaririmvyi ba hano iwacu

0

Umugwi usanzwe uhurikiyemwo imisore n’inkumi zifise ingabirano yo gutamba ugiye gukorana n’umugwi wa hano iwacu,umugwi usanzwe uririmba,umugwi uhurikiyemwo imisore 4,umugwi tugiye kubabwira mu minsi ya vuba
kod
Ikinyamakuru cacu ubmnews kikaba cagize ibakwe ryo guhura n’umwe mu bigeme asanzwe ari muri uyo mugwi K.o.d uno munsi mu gatondo aho twashoboye ku mwegera turamubaza vyinshi aho yashoboye kutubwira ko mu mugwi wabo bariko barakora cane kugira bashobore gushika kuvyo bipfuza gushikako ndetse akaba yanatwiganiye ko hari umugwi w’abaririmvyi ba hano iwacu bagiye gukorana nuyo mugwi wa K.o.d

Ku batazi uyo mugwi ikinyamakuru cacu ubmnews twashimye kuberaka amasanamu yabo bari mu myiteguro: