UBM News ads UBM News ads
Saturday, June 22, 2024
No menu items!
UBM News ads UBM News ads

Israel Mbonye aritezwe mu Burundi kuremesha ibiteramo.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Umuririmvyi wo mu gihugu c-urwanda  Israel Mbonye asanzwe yarabaye icamamare mu ndirimbo zo guhimbaza Imana bita Gospel  agiye kuza guteramisha abarundi.Israel Mbonyi | Music In Africa

Nk-uko aheruka kuvyitangariza, Ngo abanyagisagara ca Bujumbura babe baramwitega guhera ku magenekerezo ya 13, 14 na 15 y-ukwezi kw-umunani 2021. Ibibanza azokoreramwo ibiteramo bikaba bitaramenyekana neza. Israel Mbonye akaba azoba ari irya mbere aje mu gihugu c-uburundi , ndetse anamenyesha ko yaramaze gutumirwa mu biteramo I Burundi incuro nyishi  ariko ntibikunde ko ahashika. Ng-izi zimwe mu ndirimbo ziwe zagiye zirakundwa: Number one, Ndanyuzwe, ibihe, Hari ubuzima, Urwandiko.

Tubamenyeshe ko bitumwe n-uko imigenderanire iri hagati y-uburundi hamwe n-igihugu c-urwanda itari meze neza, vyatumye abaririmvyi bo mu gihugu c-urwanda bataza gukorera ibiteramo mu Burundi.

 

 

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments