Ishirahamwe PARCEM rirasaba ko ubwicanyi bwohagarara.

0

Faustin NDIKUMANA arasaba ko ubwicanyi bumaze iminsi buriko buraba ko bwohagarikwa burundu ngo Uburundi bukibera mu mahoro n’umutekano ntangere, aho hakaba hari mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru bo kw’i Radio Ijwi ry’Amerika (VOA).

FA

Aho yamenyesheje ko kugira umutekano ukwire neza mu Gihugu Reta ariyo yonyine yobishobora kugira ngo umunyagihugu wose canke umunyamahanga  wese abeho yidegemvya, akaba yarangije asaba ko Imigambwe nayo yakora ikorera ineza y’umunyagihugu wese.