Ngo Amizero y’Abarundi ntiyigeze aganira na Reta.

0

Prof Evariste NGAYIMPENDA ari muri UPRONA itemewe n’amategeko, avugako kuvyazi gushika n’ubu kwatabiganiro biraba hagati ya Reta n’Urunani ry’Amizero y’Abarundi haba imbere y’amatoro haba inyuma y’amatora haba bamaze gushirako Reta nshasha kwatabiganiro vyigeze bihaba.

EVAR

Akongera kuvugako Umudasiganwa wese yoba ari mu Nama Nshingamateka ko yagiye kugatwe kiwe, ngo kuko yarenze kumasezerano y’Amizero y’Abarundi kwazohanwa bishinze amategeko.

Akaheraheza avugako n’imba Agathon RWASA yahoze arongoye FNL yashoboye kuba yaragiriraniye ibiganiro na Reta ngo ntibisigura ko Reta yagiriraniye ibiganiro n’Amizero y’Abarundi.