Fabrice ITANGISHAKA asanzwe aba muri Commune Musaga yaraye atwawe naba Police.

0

Umusore akiri muto cane azwi kw’izina rya Fabrice ITANGISHAKA yaraye atwawe naba Police nkuko amakuru ikinyamakuru canyu ubmnews.com dukesha umuryango wa Fabrice ITANGISHAKA usanzwe uba ngaho ku musaga.

fabrice

Uyo musore akaba yarasanzwe avuza ingoma mu mugwi ndangakaranga Troupe Amagaba,akaba asanzwe yiga kuri Lycée Municipal Kibenga.
Umuryango wuyo musore ukaba usaba ko uyo muhungu wabo yorekurwa kuko atakosa afise.