UBM News ads
Sunday, December 3, 2023
No menu items!
UBM News ads

Ishirahamwe BRARUDI ryaraye ridugije ibiciro ku binyobwa inyuma y-ukubura cane mu gihugu.

Mw-itangazo ryashizwe ahabona kuri uwu wa 2 Rusama,Ishirahamwe rihingura rikadandaza ibinyobwa BRARUDI rimenyesha ko ryadugije ibiciro ku binyobwa bimwe bimwe .La Nova Burundi - #Brarudi: IMYIDOGO YABAYE MYINSHI HEJURU... | Facebook

Navyo ivyo binyobwa vyadugijwe ni=

  • Amstel Ndende= 1900FBU
  • Amstel ntoya=1500FBU
  • Amstel Bock=1400FBU
  • Amstel Royal=2200FBU
  • Ifanta=800FBU.

Mw-itangazo ryayo, ishirahamwe BRARUDI SA, rimenyesha ko ridugije ibiciro kuko ivyo izo nzoga zikorwamwo biguma bizimba cane.

Bamwe bamwe n-abandi bavuga ko kubona iryo shirahamwe ryadugije ibiciro vy-ivyo binyobwa biriko bituruka kwikena ry-amahera y-agaciro iryo shirahamwe be n-igihugu biriko biracamwo.Ni mugihe ikinyobwa ca Amstel n-ifanta biri muvyambere bikoresha cane ibizikozwemwo birangurwa hanze y-igihugu aho hakoreshwa amahera y-agaciro mukuja kubirangura.

 

 

 

 

 

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments