Iry Tina yaraye ashitse mu gihugu ciwe c’amavukiro

0

Iry Tina n’umuririmvyikazi w’umurundi ariko akaba asanzwe akorera akazi kiwe ko kuririmba mu gihugu c’ubuganda yaraye ashitse ku kibuga c’indege ca bujumbura aho yaje azazananye n’umuririmvyikazi w’umuganda lianne,umuririmvyikazi azoririmba ejo mw’isabukuru ry’abakenyezi ryatunganijwe na Natacha Ngendabanka
tina

Agishika ku kibuga c’indege ca bujumbura akanyamuneza akaba ariko kamusya mu maso yiwe kubona agarutse mu gihugu ciwe c’amavukiro akakigwa n’abavyeyi biwe bose uko ari babiri

Twobamenyesha ko atagihindutse ikinyamakuru cacu ubmnews dushobora kumugirisha ikiganiro kugira atubwire uko umuziki wiwe ubandanya ugenda