Ashley Diva mu mahiganwa ya Miss plus size Diva Nakuru

0

umuririmvyikazi w’umurundi Ashley Diva abandanya avyifatamwo neza kuvaho agiriye mu gihugu ca kenya aho amaze ukwezi n’iminsi itari mike muri kino gihe

Nyuma yaho aronkeye ahantu azoza aragirira karaoke ku minsi yose ya mbere,Ashley Diva ubu aherutse gutorwa mu bandi ngo aje mw’ihiganwa rya Miss plus Diva Nakuru aho ari mw’ihiganwa n’ibindi bihangange vyo ngaho mu gihugu ca kenya
diva

Aganira n’ikinyamakuru cacu ubmnews,Ashley Diva akaba yamenyesheje ko yizeye neza ko iryo higanwa azoshobora kuritahukana

Tworangiza tubamenyesha ko iryo higanwa ryatanguye ku munsi wa gatatuw’indwi iheze rikazorangira kw’igenekerezo rya 16/3/2015