Iry Tina Da Queena ahimiriza abaririmvyi b’abarundi kwitabira Give Back to the Community

0

Umuririmvyi w’umurundikazi asanzwe akorera ibikorwa vyiwe vy’umuziki mu gihugu c’ubuganda ariwe Iry Tina Da Queena arahimiriza abaririmvyi bose b’abarundi kwiyandikisha muri Give Back the Community yama iba buri mwaka mu gihugu c’ubuganda ahitwa I mbarara
tina ahimiriza abaririmvyi b'abarundi kwitabira Give back to the community
Ubwa mbere Iry Tina Da Queena akabanza kutubwira icarico Give Back The community,Iry Tina Da Queena akavuga ati:
Give back to the community (Plus de 50000$) nibwo buryo bwama bukoreshwa aho batanga imiti bagapima ndetse bagafasha impunzi na bantaho nikora… Inyuma yumwaka ikaba Studio l’opera record ifashwe mumugondo na Bank Mondial ibateguriye igiteramo give back to the community kikazoba mukwezi December Mbarara village mugihugu ca Ouganda. Rero Uwuserukira l’opera record mumategeka akungera akaba umuririmvyi Iry Tina Da Queena arahimiriza abaririmvyi na can can nabarundi bari canke bashobora gushika mugihugu ca Ouganda kwiyangikisha bagaterana nibihangange vy’ubuganda muguteramisha abantu bimbarara na cane cane ko ariho impunzi zitarinke zihurikiye akana menyesha mukuziremesha nokuzifata mumugongo,
Iry Tina rero akavuga ko icipfuzo ciwe ari kubona hitavye uyu mwaka abaririmvyi b’abarundi nk’ibice 70 kw’ijana
tina
Tworangiza tubamenyersha ko umuririmvyi yoshaka kujamwo yokwishikira ahari inzu ya Opera Record mu gihugu c’ubuganda canke akarondera uyo murimvyikazi Iry Tina Da Queena