Sat-B,Urban Boys na AimE Bleustone bashize ahabona amasanamu y’indirimbo ”I Love You”

0

Umuririmvyi w’umurundi Sat b arikumwe n’umugwi urban boys hamwe n’umuririmvyi AimE bleustone bashize ahabona amasanamu y’indirimbo yabo ”I love you”,indirimbo imeze neza cane,indirimbo ikozwe mu buhinga bukomeye cane
sat b
Yirabe hano: