Iry Tina arashimira abamenyeshamakuru b’iburundi

0

Umuririmvyikazi w’umurundi asanzwe akora akazi kiwe k’umuziki mu gihugu c’ubuganda ariwe uwimana irene laura abenshi bazi kw’izina rya iry tina arashimira abamenyeshamakuru bose bo mu burundi ukungene bamwakiriye
iry tina na christian nsavye

Aganira n’ikinyamakuru cacu ubmnews,Iry Tina akaba yavuze ati:ndashimiye cane bimwe vyimva mutima abamenyeshamakuru bose b’iburundi kubona baranyakiriye neza mu minsi maze hano mu gihugu c’uburundi

Tworangiza tubamenyeshako iry tina yashitse mu gihugu ciwe c’amavukiro ku munsi wa kane igenekerezo rya 10/3/2016