UBM News ads

Interahamwe zisabwa kwishikana vyihuse ku ngabo za Uganda n’urwanda zibegereye- Muhoozi Kainerugaba

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Umukuru w’ingabo za Uganda akaba n’umuhungu wa Gen Yoweli Kaguta Museveni Muhoozi Kainerugaba atera akamo interahamwe aho ziri hose kwishikana vyihuse ku ngabo za Uganda n’urwanda zibegereye.Muhozi agira ati:« tugiye kurwana intambara ya nyuma twise operation Rudahirwa kandi tuzoyitsinda.»


Nkuko yabicishije kurubuga x(twitter),umukuru w’ingabo za uganda akaba n ‘umuhungu wa Gen Yoweli Kaguta Museveni yaraye ateye akamo interahamwe aho ziri hose kwishikana vuba bwangu kuko hagiye kuba intambara yanyuma ku nterahamwe kandi ko batazoyitsinda.kubwivyo Muhoozi Kainerugaba asaba interahamwe kwishikana ku ngabo za uganda n’urwanda zibegereye.

Muhoozi Kainerugaba yagize ati:«tugiye kurwana intambara ya nyuma ku nterahamwe twise operation rudahirwa kubwivyo interahamwe zishishikane vyihuse.»

Muhoozi Kainerugaba ibi abitanganye inyuma yaho atanze ubutumwa kuri twitter ko agiye kugendera urwanda mu bikorwa yo kwimika Prezida Paul kagame aherutse kutorwa kuyobora urwanda .

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments