Intamba Mu rugamba zihimbaje pasika nabi

0

Umugwi nserukira gihugu w’uburundi Intamba mu Rugamba uhejeje gutsindwa bimwe bibabaje cane n’umugwi nserukira gihugu wa Namibie mu gutsindwa ibitsindo 3-1 mu rukino rwabereye ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore
intamba agashirukabute

Urukino rukaba rwatanguye umugwi nserukira gihugu w’uburundi urusha cane uyo mugwi wa namibie ariko amahigwe akaba yabaye ayu mugwi wa namibie kuko washoboye kubatsinda ibitsindo 3_1
INTAMBA.33

Tworangiza tubamenyesha ko uyo mugwi w’uburundi uhava ufata indege werekeza ico gihugu ca namibie aho bazokina urukino rwo gusubiriza ku munsi wa kabiri