Ifoto ya Ashley Diva ibandanya ivugwako vyinshi

0

Umuririmvyi w’umurundikazi Ashley Diva yashize hanze ifoto yavuzweko vyinshi n’abakunzi b’umuziki w’uburundi na cane cane abakunzi b’uyo muririmvyikazi

Abicishije ku rubuga rwiwe rwa facebook,Ashley Diva akaba yashize hanze ifoto yambaye kagahuzu bambara iyo bari muri piscine
diva yashizev ifoto hanze yavuzweko vyinshi

Tworangiza tubamenyesha ko Ashley Diva ari umuririmvyi w’umurundikazi yamenyekanye cane ku ndirimbo Nkorako