Amasanamu y’indirimbo Africa ya Ashley Diva abandanya yifatira ikibanza ciza mu makungu

0

Amasanamu y’indirimbo Africa y’umuririmvyi w’umurundikazi Ashley Diva abandanya afata ikibanza ciza mu makungu na cane cane ku mboneshakure Nigezie yo mu gihugu ca Nigeria
ashley diva

Ayo masanamu yiyo ndirimbo akaba yaronse ikibanza ca gatatu mu ndirimbo cumi zakunzwe cane kuriyo mboneshakure ya Nigezie

Tworangiza tubamenyesha ko atari irya mbere ayo masanamu yiyo ndirimbo yerekanwa kuriyo mboneshakure nigezie