Best Life Music: Ubutigu burageze

0

Umugwi Best Life Music uhurikiyemwo imisore 4 young dany,young jp,g kiboko hamwe na mc vita bagiye gushira ahabona amasanamu y’indirimbo Betther than nkuko iyo misore yabishikirije ikinyamakuru canyu ubmnews mu kiganiro twagiranye nabo tubasanze aho bari mu myiteguro kuri Best Out Loock Hotel i kiriri.
best life music (4)
Nkuko babishikirije abo basore bavuze ati:tugiye gushira ahabona amasanamu y’indirimbo Betther Than,amasanamu twakoranye n’umuhinyanyuzi akomeye cane mu gihugu c’urwanda,umuhinyanyuzi asanzwe akorera amasanamu umuririmvyikazi Knwoless,Christopher,umuhinyanyuzi Meddy Salle.
Best Life Music
Tworangiza tubamenyeshako amasanamu yiyo ndirimbo bazoyashira ahabona kw’igenekerezo rya 12/12/2015,igihe c’isaha icenda kuri Best Out Loock Hotel i kiriri.