Intamba Mu rugamba waraye werekeje muri Namibie

0

Nyuma yaho batsindiwe n’umugwi nserukira gihugu wa namibie ku munsi w’ejo ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Ragasore umugwi nserukira gihugu w’uburundi intamba mu rugamba waraye ufashe urugendo werekeza ico gihugu ca namibie aho bazotana mu mitwe mu rukino rwo gusubiriza ku munsi wa kabiri
intamba wafashe urugendo werekeza namibie

Igihe c’isaha zibiri z’ijoro niho uyo mugwi umenyerezwa na Arsene abdelmalek wafata indege werekeza ico gihugu

Tworangiza tubamenyesha ko intamba mu rugamba yatsinzwe mu rukino rubanza na namibie ibitsindo 3-1