Sat-b yagize icavuga ku foto ya ashley diva aheruka gushira ahabona

0

Umuririmvyi w’umurundi Bizimana Aboubackar Karoum abenshi bazi kw’izina rya sat-b yagize icavuga ku foto y’umuririmvyikazi ashley diva aherutse gushira ahabona,ifoto yerekana ashley diva yambaye agahuzu ko munsi
diva
Sat-b akaba yanditse ashigikira cane uyo muririmvyikazi ashley diva,
Abicishije ku rubuga rwiwe rwa facebook,sat-b akaba yanditse ati:I like this from ashley diva
Acha mtoto ajiyaciye…..
Watu wengine washamba saana
Tworangiza tubamenyesha ko abantu atari bake bashoboye kuvuga amajambo atandukanye kuri iyo foto