Intamba Mu Rugamba urabandanya imyiteguro witegurira Senegal

0

Umugwi nserukira gihugu w’uburundi Intamba mu Rugamba watanguye imyiteguro aho uriko witegurira urukino ruzobahuza n’umugwi wa Senegal,urukino ruzobera ku kibuga citiriwe Umuganwa Rudoviko Rwagasore kw’igenekerezo rya 4/6/2015
intamba
Mu rukino rwa mbere rwabereye mu gihugu ca Senegal,uyo mugwi wa Senegal washoboye gutsinda umugwi nserukira gihugu w’uburundi Intamba mu Rugamba ibitsindo 3-1
Raba hano amafoto yerekana imyiteguro y’umugwi Intamba mu Rugamba:
1 2 3