Dj Pro agarutse n’inguvu nyinshi nyuma y’igihe atumvikana

0

Nyuma y’igihe kinini cane atumvikana,benshi bibaza ahari,umuririmvyi Dj Pro yamenyesheje ko agiye gushira ahabona amasanamu y’indirimbo ”Maisha na Muziki”
dj pro
Ahari mu gihugu c’Afrika y’ubuseruko,Dj Pro akaba yamenyesheje ko aheruka gushira ahabona amasanamu y’indirimbo ”Maisha na Muziki”hasigaye gusa ko ayashira ahabona,Dj Pro akaba yashoboye kuvyandika ku rubuga rwiwe rwa facebook ariko akaba yavyanditse mu rurimi rw’igiswahili,Dj Pro akaba yashoboye kwandika gutya:
Najuwa ulisubiri sana nini kitakuja kipya baada ya nusu mwaka mzima kukaa kimya habari mpya iyi apa ndugu yangu tayari tumekamilisha kui shoot video ya MAISHA NA MUZIK moja mwa nyimbo nilikuwa tafauti sana kwa kuimba na piya ni moja mwa nyimbo iko tafauti sana ki VIDEO subiri kuona mambo makubwa ambayo si mazoweya yetu kuyaona mwambiye ndugu yako ambayo ajapata habari hii kwamba MAISHA NA MUZIK VIDEO COMING SOON location SOUTH AFRICA
Tworangiza tubamenyesha ko Dj Pro ari umuririmvyi yamenyekanye ku ndirimbo ”Kale katoto”
Yirabe hano: