UBM News ads
Saturday, December 2, 2023
No menu items!
UBM News ads

Ino Video y’indirimbo nshasha ya Rose Muhando ikomejwe gukundwa n’abantu benshi !

Umuririnvyi w’icamamare ukomoka mu gihugu ca Tanzania, Rose Muhando yashize ahagaragara video yiwe nshasha yise “Raba Imana iratwenga” (Tazama Mungu anacheka). Iyi ndirimbo ayisohoye nyuma yo gusohora iyindi yakunzwe na benshi yise Utamu Wa Yesu (Uburyohe bwa Yesu).

Iyi ndirimbo nshasha ya Rose Muhando yakorewe muri studio yitwa SONY MUSIC ENTERTAINMENT | ROCKSTAR4000 MUSIC ENTERTAINMENT, bikaba bivugwa ko ari yo azoheraho akora album yiwe nshasha.

Raba ino Video hano Musi ukuntu iryoshe cane ” Tazama Mungu anacheka

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments