Indwi irarumanye Combaty aari mu Mpimba

0

Indwi irarumanye umuririmvyi w’umurundi asanzwe aririmba umudiho wa Reggea ariwe Combaty atawe mw’ibohero rikuru rya Mpimba,combaty akaba yatawe mw’ibohero rya musaga imbere yuko ajanwa mw’ibohero rikuru rya Mpimba haheze iminsi mikeya.
combaty
Abaririmvyi atari bake ba hano mu gihugu c’uburundi bakabandanya gusaba ubutungane ko bwomwambika izera kuko ataco azira.
eric combaty
Tworangiza tubamenyesha ko Combaty ari umuririmvyi yamenyekanye kubera indirimbo yiwe Imboga.