UBM News ads UBM News ads
Sunday, April 21, 2024
No menu items!
UBM News ads UBM News ads

Imitumba yose igiye gushikanamwo umuhora wa intereneti-Prosper Bazombanza

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Icegera c’umukuru w’igihugu Prosper Bazombanza amenyesha ko imitumba yose igize igihugu igiye gushikanamwo umuhora wa internet.Yabivuze inyuma y’umubonano yagiranye n’icegera c’umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ryo gutumatumanako amakuru “ITU” Mr Thomas Lamanauskas iryo shirahamwe rikaba riri I Genève mu bu Suisse.

Nkuko tubikesha urubuga X(Tweeter) rwa Ntare Rushatsi house Bazombanza yarabonanye n’icegera c’umukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ryo gutumatumanako amakuru “ITU” Mr Thomas Lamanauskas iryo shirahamwe rikaba riri I Genève mu bu Suisse.

Prosper Bazombanza agira ati:«mpejeje kubonana ngaha I Geneve n’icegera c’umunyamabanga mukuru c’umukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ryo gutumatumanako amakuru “ITU” Mr Thomas Lamanauskas tukaba tuzi ko hariho ibikorwa vyinshi bijanye n’uguhanahana amakuru biri gukorwa nko gushikana intereneti mu gihugu hagati kandi akaba ari umugambi wa Leta twaraganiriye kandi ko twipfuza ko mu bisata vyose vy’igihugu hajaho ikijanye no gutumatumanako kugira tuzobe twashitse Kuri yambono ya 2040-260.tukaba twamusavye ko dukeneye ukuboko kwabo mu vyo dukeneye vyose muri uwo mugambi kandi twarumvikanye ko wa mugambi wa intereneti worwizwa mpaka ushitse mu ma komine,mu misozi no mu mashure rero baratwemereye ko bagiye kudushigikira».

Hamwe igihugu c’uburundi coshika kuri iyo ntambwe igihugu cohatorera akoyokwe kuko igihugu kitarimwo intereneti abanyamitahe baragihunga mbere bigatuma igihugu gisigara inyuma mw’iterambere.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments