Imisa ya Papa Francis muri Uganda yitabwe n’ibihumbi vyabantu ” Raba hano amafoto

0

Isinzi ry’abantu muri Uganda bitavye imisa y’umwungere wa ekleziya Gatolika, Papa Francis.

francis

Abantu imiriyoni zibiri nibo bagomba kwitaba iyo misa i Namugongo ku murwa mukuru Kampala.

Imbere y’iyo misa, Papa Francis yagendeye intatemwa y’Abanglikani, yubakiwe umugwi w’Abakristu bishwe mu mpera z’ikinjana ca 19, kw’itegeko ry’umwami yashaka ko baheba Ubukristu.

pope

Papa, yagira mu muduga wiwe wuguruye Popemibile, yakiriwe n’abasenyeri ba Anglikani bamwereka iyo ntatemwa yose.

SRC : BBC