Kuva k-umuhingamo wo kuruwu w-7 Ndamukiza , amazi y-ikiyaga Tanganyika yaraduze cane ashwara mu kibanza abakora ubugeni bahora binezerezamwo bita safi Beach, inyubakwa z-ikigo OBR kuri hampande y-ikivuko nazone zirononekara. 
Amazi kandi akaba yashikiriye ikigo c-inyubakwa Tanganyika House Kikoreramwo amashirahamwe UNICEFBURUNDI,UNFPA, WOMEN BURUNDI.
Abantu begereye mu ma karitiye ya Asiatique batekewe n-ubwoba kuva aho baraye baboneye ko ikiyaga Tanganyika kitera kiduga kigana m-uburere babamwo.





Recent Comments