Ikiringo ca quarataine caragabanijwe

0
“Ikiringo ca quarantaine ku ngenzi zinjiye mu #Burundi zifise igipimo cerekana ko zidafise umugera wa #COVID19, kivuye ku misi 7, kija kuri 4″.
 Ivyo ni ivyashikirijwe n’Umushikiranganji w’amagara y’abantu  Dr Thadée Ndikumana, aho yariko agendera ikigo “Bon Accueil” cakira abaje kwipimisha #coronavirus. Akaba yashimye intambwe igihugu kigezeko mu kurwanya uwo mugera kuko haheze indwi zibiri ata muntu numwe atowe #COVID19 hagati mu gihugu, n’ubwo hari 3 canke 4 batorwa ku munsi mu gisagara ca #Bujumbura barafashwe”
 Iyo ngingo muyakiriye gute ko hari abayishima n’abayakiriye nabi?