Ku bwa komiseri ajejwe igendereza mu kigo OBR, ngo ni intamwe idasanzwe kuri ico kigo kuko ngo haraho bahora babona abagira urwo rudandazwa rwa forode bari mu mazi bikabagora kubashikira ngo babafate.
Ni mugihe hari haheze imisi twumva abantu bishwe n’inzego z’umutekano bivugwa yuko babarashe bariko bagerageza gucikana imizigo bazanye mu buryo butazwi ivuye mu bihugu bibanyi cane cane muri Congo.
Recent Comments