UBM News ads UBM News ads
Friday, May 24, 2024
No menu items!
UBM News ads UBM News ads

Ikena ry’ibitoro n’umuyangankuba vyarahungabanije ibikorwa vyo gutegura rusansuma yimirije-Nicolas Ndayishimiye

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Ikena ry’ibitoro hamwe n’umuyagankuba vyibonekeza mu Burundi ntivyoroheye abari gutegura rusansuma yimirije muri myandagaro 2024 aho bishika bakiyunguruza n’amaguru hamwe no kubura umuyagankuba kugira utumashini tw’akazi dukore nkuko bishikirizwa na Nicolas Ndayishimiye asanzwe arongoye ibiro bijejwe rusansuma.n’inyuma yaho kuri uyu wa 15 rusama 2024 bazoba bazoba bahejej imyiteguro yose.


Harategekanijwe rusansuma rusansuma rw’abanyagihugu uburaro,uburimyi n’ubworozi muri myandagaro 2024 mu gihugu cose aho ibiharuro bizova muri iyo rusansuma bizofasha gutunganya amatora yimirije muri 2025 hamwe no gushira mu ngiro wa mugambi w’imbona kazoza wa 2040-2060.

Mu gihe hamaze imisi hatanguye imyiteguro yo gutegura rusansuma yimirije muri myandagaro 2024 bikaba bizorangira kuwa 15 rusama 2024,Nicolas Ndayishimiye arongoye umurwi wo gutegura rusansuma avuga ko abakozi bari muri ico gikorwa bahuye n’intambamyi zijanye no kubura uko biyunguruza.agira ati:«itarike ya 15 rusama ni ntabanduka ko tuzoba duhejeje ibikorwa twari tumazemo imisi mu gihugu hagati no mugisagara ca Bujumbura kugira duce twinjira mu bikorwa nyezina vya rusansuma yo muri myandagaro.harabaye intambamyi yo kubura igitoro hamwe no kubura umuyagankuba hamwe nuko abakuru b’imitumba canke abakuru b’ama karitiye batazi imbibe z’aho batwara.»

Rusansuma nyezina y’abanyagihugu uburaro,uburimyi n’ubworozi ikaba itegekanijwe muri myandagaro 2024 ikaba itegekanijwe muri myandagaro 2024.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments