Ihiganwa Dance For Peace rigiye kubandanya aho rigeze muri kimwe ca kabiri gishira ica nyuma

0

Ihiganwa Dance For Peace(tambira amahoro) rirabandanya aho rigeze muri kimwe gishira ica nyuma (demie-finale) nkuko amakuru ikinyamakuru cacu ubmnews dukesha bamwe mu bategura iryo higanwa bise ”Tambira amahoro”
tambira amahoro

Nkuko rero amakuru ikinyamakuru cacu ubmnews dukesha abategura iryo higanwa nuko kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 28/5/2016 hariya muri commune Muha,zone kibenga aho bita kuri saga vodo ariho hazobera kimwe gishira ica nyuma (demie-finale),aho imigwi igera kuri cumi n’itandatu ariyo izohiganwa kugira bakuremwo ,barabe imigwi izoshobora gushika muri finale,
Nkuko rero amakuru tubandanya dukesha abategura iryo higanwa avugako umugwi uzotahukana ikibanza ca mbere uzotahuakana akabahasha k’amafaranga angana umuriyoni w’amarundi

Tworangiza tubamenyesha ko abaririmvyi nka:Masterland,stikk hamwe na kolly the magic bazoba bahishikiye kugira bashobore guteramisha isinzi ry’abantu rizoba riri ngaho

0