Mirror Team izobandanya itarikumwe na Landry Gateka?

0

Umugwi Mirror Team uhurikiyemwo imisore 5 usa nkaho wamaze gusambuka nkuko muri ino minsi muri uyo mugwi hari ukutumvikana
mirror team
Amakuru ikinyamakuru cacu ubmnews dukesha Landry Gateka asanzwe ari muri uyo mugwi Mirror Team avugako muri ino minsi hari ikitagenda muri uyo mugwi Mirror Team mbere uyo muririmvyi landry gateka akaba yamaze kumenyesha ko atakiri muri uyo mugwi,ndetse akaba yanasavye abamenyeshamakuru bose ba hano mu burundi ko batosubira kuvuza indirimbo yabo bari baherutse gusohora,indirimbo bise ”Ukimpe”kuko uyo muririmvyi avugako iyo ndirimbo ariwe yayanditse,mu gihe rero atakiri muri uyo mugwi Mirror Team ntakamaro ko kuvuza iyo ndirimbo ”Ukimpe”
ukimpe by mirror team
IKibazo rero kibandanya kwibazwa n’abakunzi b’umuziki ndundi ni:Mbega umugwi Mirror Team uzobandanya uriho mu gihe Landry gateka awuvuyemwo?mbega lander gateka hari ikintu kinini yaramaze muri uyo mugwi?

Tworangiza tubamenyesha ko Umugwi Mirror Team warui umugwi waruje utavyorosha ku ndirimbo yabo”Ukimpe”