Igitero c-abantu bitwaje ibirwanisho cahitanye abantu babiri mu ntara ya Mwaro

0

Hari mw-ijoro ryo kuruwu w-Imana muma satatu zirenga aho humvikana urwamo rw-amasase k-urugo rw-umunyamabanga w-umugambwe CNDD-FDD muri komine Rusaka aho haciye hagandagurwa umwana n-umukozi b-uwo yatewe.Mwaro Province - Wikipedia

Nkuko tubibwirwa n-abaho habereye ico gitero, abo bitwaje ibirwanisho bahejeje gukora  icabazanye baciye batungwa n-ayo bameze bakaba bagiye bari m-umuduga wo m-ubwoko bwa HILUX. Igipolisi kimenyesha ko catanguye amatohoza kifate abakoze ico gitero.