Bright Kid’s Ministry ibazaniye Beach Party kuri la costa

0

Imisore n’inkumi ihurikiye muri Bright Kid’s Ministry iriko ibategurira Beach Party yagakura izoba kw’igenekerezo rya mbere ukwezi ka ndamukiza uyu mwaka nyene turimwo
bright

Nyuma yo kwumva ko bright kid’s ministry iriko idutegurira beach party twashoboye kwegera uwusanzwe arongoye bright kid’s ministry ariwe lavie Rugema akaba yatubwiye ko kw’igenekerezo rya 1 ukwezi kwa kane bizoba bishushe kuri lacosta beach aho bazokorera iyo beach party,akaba ndetse yanatubwiye ko hazoba hari aba dj rurangiranwa ba hano mu Burundi nka:dj patman,dj mulla n’abandi

Tworangiza tubamenyesha ko kwinjira azoba ari amafaranga ibihumbi bibiri gusa