UBM News ads

Iduga ry’ibiciro n’ubukene buri mu gihugu biri mu ngorane zihanze abarundi (PARCEM)

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Iduga ry’ibiciro n’ubukene buguma bwiyongera mu gihugu biri mu ngorane nyamukuru zihanze abarundi muri kino gihe. Vyashikirijwe kuri uyu wa gatatu na Faustin Ndikumana, arongoye Ishirahamwe PARCEM, ryiyemeje gukungurira abarundi ngo bahindure ingendo hari mu kiganiro yahaye abanditsi n’abamenyeshamakuru .

Kubwa Ndikumana, Abona ko kugira ivyo bibazo bishobore gutorerwe umuti , Leta yoshiraho imirwi itatu y’abahinga bokwigira hamwe uko vyotorerwa inyishu. Iyo mirwi ikaba yokwiga ibintu bijanye n’amatora aho bidasubira guteranya amatora , gufatana mu nda hamwe rero na poritike itomoye yo kurwanya igiturire n’ibindi.

Ikindi Uwo arongoye PARCEM amenyesha ko batangazwa no kubona abajejwe intwaro badashobora gutandukanya amabanga bajejwe Ibiza gutuma intwaro ibereye mu Burundi idaheza ngo itsimbatare.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments