UBM News ads UBM News ads
Thursday, May 23, 2024
No menu items!
UBM News ads UBM News ads

Ibihugu bitanu vya EAC vyashizwe k-urutonde rutukura n-ubwongereza kubera ubwinshi bwa Covid-19.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Kiretse igihugu ca Sudani yEpfo, Leta y-ubwongereza yashize ibihugu  vy-uburundi, Kenya, Tanzaniya, Uganda hamwe n-urwanda k-urutonde rutukura rw-ibihugu birimwo ikiza ca Covid-19 cinshi.East African bloc agrees to make trade cheaper, faster and simpler | UNCTAD

Mw-iryo tangazo ryashizwe ahabona n-igihugu c-ubwongereza, kimenyesha ko abazova mw-ivyo bihugu bitanu vyo mu muryango wa EAC guhera kuwa 8 Myandagaro 2021 bazoca babanza kugaranirwa mw-ihoteri mu kiringo c-iminsi cumi, banipimishe uwo mugera ku musi wa kabiri hamwe n-uwugira uw-umunani. Ivyo bazokenera mw-ico gihe bari mw-ico kibanza bazoba bugaraniwemwo bazimenya . Ariko ico gihugu kikavuga ko abazoba badafise amikoro akwiye yo kwirihira ivyo  bazokenera mw-ico kibanza bazofatwa mu mugongo.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments