Friday, August 19, 2022
HomeNewsHamenyekanye icatumye Ashley Diva agaruka mu gihugu ciwe

Hamenyekanye icatumye Ashley Diva agaruka mu gihugu ciwe

Hari igihe c’isaha umunani z’umuhingamo aho umuririmvyi w’umurundikazi Ashley Diva yashika ku kibuga c’indege ca bujumbura aje ava mu gihugu ca kenya aho yaramaze amezi agera kuri atandatu
ashley diva yagarutse mu gihugu ciwe
Agishika ku kibuga c’indege ca bujumbura,Ashley Diva akaba yashoboye kubazwa ikimugarukanye mu gihugu ciwe c’amavukiro,Ashley Diva akaba yamenyesheje ko aje mu biteramo hano mu gihugu c’uburundi,ibiteramo bigera kuri bine nyuma yivyo biteramo akazokorana indirimbo na bamwe mu baririmvyi ba hano mu gihugu cacu hama ace asubira mu gihugu ca kenya kuko ariho asanzwe aba muri kino gihe

Tworangiza tubamenyesha ko Ashley Diva yakiriwe na bamwe mu bamenyeshamakuru bajejwe guteza imbere umuziki hamwe n’umuryango wiwe

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments