Gianni Infantino agiye gusubirira Sepp Blater ku burongozi bwa Fifa

0

Gianni Infantino niwe agiye kurongora ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi fifa,niwe yarayeatowe ko yosubiriraumutama sepp blater mu matora yaraye abereye i zurich
gianni infantino

Gianni infantino w’imyaka 45 akaba yatsinze ku majwi 115 aho yariko ahiganwa n’abindi bihangange nka:Cheikh Salman (88), le prince Ali (4) et le français Jérôme Champagne (0

Tworangiza tubamenyesha ko Gianni Infantino asanzwe ava mu gihugu c’ubutariyano