Général Godefroid NIYOMBARE yerekanye ko akiriho

0

Kuva kw’igenekerezo rya 13 Rusama 2015 habaye igeragezwa ry’uguhirika ubutegetsi bwa Petero NKURUNZIZA ryakozwe na Général Godefroid NIYOMBARE, hagiye haravugwa amakuru menshi y’uko yoba yarishwe. Kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 18 Gitugutu 2016 niho hasohoka ifoto ya mbere yerekana ko Général Godefroid NIYOMBARE akiri muzima.

barev

Nk’uko tubikesha abaduhaye iyo foto, Général Godefroid NIYOMBARE yafotowe kuri uwu wa kabiri nyene igenekerezo rya 18 Gitugutu 2016, mu gihe yari akwije imyaka 47 y’amavuka.

vera