Gaga Blue na Natacha Ngendabanka bashize ahabona amasanamu y’indirimbo ”Utaipenda”

0

Umuririmvyi gaga blue afadikanyije na mugenzi we Natacha Ngendabanka bashize ahabona amasanamu y’indirimbo yabo bise” Utaipenda”
gaga blue na natacha
Yirabe hano:
https://www.youtube.com/watch?v=IgkyJ1pdtx4