Emery Sun yashize hanze amasanamu y’indirimbo ”Ntangere”

0

Ntivyindavyi Emery abenshi bazi kw’izina rya Emery Sun yashize ahabona amasanamu y’indirimbo ”Ntangere”,amasanamu meza cane,amasanamu bibonekako yitondeye cane kugira ayakore bivanye n’ingene akoze
emery sun
Raba hano amasanamu y’indirimbo ”Ntangere”